إعدادات العرض
Mana yanje Nzima! Uwo wese azoshingwa amabanga ku kintu ico ari co cose mu bijanye no gutunganiriza abantu narungitsweko, hanyuma akabaremereza (akabananiza) mu kubatunganiriza, Uraca Umuremereza (Umunaniza) mu mabanga yiwe. Uwo wese azoshingwa amabanga ku kintu ico ari co cose mu bijanye no…
Mana yanje Nzima! Uwo wese azoshingwa amabanga ku kintu ico ari co cose mu bijanye no gutunganiriza abantu narungitsweko, hanyuma akabaremereza (akabananiza) mu kubatunganiriza, Uraca Umuremereza (Umunaniza) mu mabanga yiwe. Uwo wese azoshingwa amabanga ku kintu ico ari co cose mu bijanye no gutunganiriza abantu narungitsweko, hanyuma akaborohereza mu kubatunganiriza, Uraheza Umworohereze mu mabanga yiwe
Mu vyakiriwe na Aisha (Imana Allah Imwishimire) yavuze ati: "Narigeze kwumva Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) iri muri iyi nzu yanje, ivuga iti: "Mana yanje Nzima! Uwo wese azoshingwa amabanga ku kintu ico ari co cose mu bijanye no gutunganiriza abantu narungitsweko, hanyuma akabaremereza (akabananiza) mu kubatunganiriza, Uraca Umuremereza (Umunaniza) mu mabanga yiwe. Uwo wese azoshingwa amabanga ku kintu ico ari co cose mu bijanye no gutunganiriza abantu narungitsweko, hanyuma akaborohereza mu kubatunganiriza, Uraheza Umworohereze mu mabanga yiwe"".
الترجمة
العربية বাংলা Bosanski English Español فارسی Français Indonesia Русский Tagalog Türkçe اردو 中文 हिन्दी Kurdî Hausa Português മലയാളം తెలుగు Kiswahili தமிழ் မြန်မာ Deutsch 日本語 پښتو Tiếng Việt অসমীয়া Shqip Svenska Čeština ગુજરાતી Yorùbá Nederlands ئۇيغۇرچە සිංහල دری Fulfulde Magyar ಕನ್ನಡ Кыргызча Lietuvių or Română Kinyarwanda Српски O‘zbek Moore नेपाली тоҷикӣ Wolof Soomaali Български Українська Azərbaycan ქართული Bambara Македонски Ελληνικά ភាសាខ្មែរ አማርኛ Malagasy Oromoo ไทย मराठी ਪੰਜਾਬੀ Lingala Italiano Akan Yao kmrالشرح
Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yarasabiye nabi uwo wese ashingwa amabanga ku kintu ico ari co cose mu bijanye no gutunganiriza abislamu, haba ari ku kintu gito canke kinini, yaba ari mu mabanga yo ku rwego rwo hejuru yo kuragizwa vyose, canke mu mabanga yo ku rwego rwo hasi yo kuragizwa bimwe muri ayo mabanga, hanyuma akaremereza abo ajejwe gutunganiriza (akabananiza), ntanarazwe ishinga no kuborohereza, ko Imana Allah Yoca Imuha impera isa n'igikorwa ciwe, maze Ikamuremereza mu kumunaniza mabanga yiwe nka kurya yabaremereje. mu kubananiza. N'uko uworohereza abo ajejwe mu kubatunganiriza, Imana Allah Yoheza Ikamworohereza mu mabanga yiwe nka kurya yaborohereje.فوائد الحديث
Ni ngombwa ku wushinzwe gutunganiriza abislamu ku kintu ico ari co cose, ko aborohereza mu buryo bwose ashoboye ku vyo bakeneye.
Impera y'ingere ku yindi (Impera y'umuntu ku co yakoze, yisunga ubwoko bw'ico gikorwa nyene).
Urugezo rufatirwako mu kumenya iyoroherezwa canke iremerezwa ry'abo umuntu ajejwe, ni kuri birya bidaciye kubiri n'Igitabu ca Qor'ani hamwe n'imigenzo n'inyigisho vy'intumwa.
