إعدادات العرض
The Creed
The Creed
1- Ewe Mana yanje Nzima! Ntuzogire imva yanje kuba ahantu hasengerwa ibigirwamana
4- Uwo wese arahiye ku kitari Imana Allah, ni ukuri aba agararije canke abangikanije
9- Haragahona abavugira ku nsya z'amenyo n'ubwishime hamwe n'ukudadika mu mvugo n'ingiro
11- Uwo Imana Allah Ishakiye ivyiza Iraheza Ikamugerageza mu vyiwe no mu biwe
19- Umwe wese mu bantu narungitsweko, azokwinjira mu Bwami bw'ijuru kiretse gusa uwuzokwanka
20- Uwishushanyije n'umugwi w'abantu mu nyifato no mu nyambaro, araheza agacika umwe muri bo
23- Ubwislamu bwubakiye ku nkingi zitanu
37- Ni ukuri, umbajije ku kintu gihambaye, coroshe gukora ku wacoroherejwe n'Imana Allah
47- Ukwinjira kwawe mu bwislamu, gutuma ivyiza wakoze imbere y'aho ubihemberwa
56- Urupfu ruzozanwa mw'ishusho ry'intama inuze
57- Umuriro wanyu mukoresha kw'isi, ni igice kimwe mu bice mirongo indwi vy'umuriro wa Jahannamu
61- ni jewe Dwamaamu mwene Tha'laba mwenewabo na Bene Sa'di mwene Bakri
64- Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yahishuriwe ifise imyaka mirongo ine
66- Vuga uti: "LAA ILAAHA ILLA LLAAH", nanje nzoheza ndakubere icabona ntuzohanwe ku musi w'izuka
