إعدادات العرض
Virtues and Manners
Virtues and Manners
5- Mu vy'ukuri, Imana Allah Yarategetse kurangwa n'ubugwaneza ku kintu cose umuntu akoze
13- Ururimi rwawe ntiruzohengeshanye kuguma ruremvye mu kuninahaza no gutazira Imana Allah
14- Umuntu niyakunda mwenewabo araheza amubwire ko amukunda
15- Nimwirinde gukora ibintu indwi bihonya bigatongora
29- Mu vy'ukuri, Imana Allah Yarategetse kurangwa n'ubugwaneza ku kintu ico ari co cose umuntu akoze
32- Ntugashavure
38- Iciza cose umuntu akoze, agihemberwa indishi y'imperezwa
41- Uwo wese arangiye abantu iciza bakora, araheza agahabwa impera nk'irya nyene uwakoze nya ciza aronka
42- Ntimugatuke abapfuye; kuko mu vy'ukuri, bo baramaze kuja kwibonera ivyo bakoze
44- Uwuca ubuvandimwe, ntazopfa yinjiye mu Bwami bw'ijuru
45- Gateranya ntazopfa yinjiye mu Bwami bw'ijuru
50- Mu vy'ukuri mu bagabo Imana Allah Yanka cane, ni inshirwarimenetse y'intahanurwa mu matati
53- Burya ukwisonera, kuri mu bigize ukwemera kw'umuntu
54- Ugusaba igisabisho, ni co gikorwa nya gikorwa c'iyegerezamana
69- Uraba kw'isi nk'aho woba uri umushitsi canke ingenzi iri ku rugendo
70- Ururimi rwawe ntiruzohengeshanye kuguma rubomvye mu kuninahaza no gutazira Imana Allah
77- Urupfu ruzozanwa mw'ishusho ry'intama inuze
78- Umuriro wanyu mukoresha kw'isi, ni igice kimwe mu bice mirongo indwi vy'umuriro wa Jahannamu
81- Imana Allah Yaratanze akarorero k'inzira igororotse
89- Vuga uti: "LAA ILAAHA ILLA LLAAH", nanje nzoheza ndakubere icabona ntuzohanwe ku musi w'izuka
91- Biri mu biranga ubwislamu bwiza bw'umuntu, umuntu kureka kuja mu bitamuraba
